Umuziki w'urwaruka mu Burundi

Insiguro y'amajwi, Umuziki w'urwaruka mu Burundi

Mu ciganiro ca mbere c'Imvo n'Imvano gitangura umwaka wa 2018 BBC Gahuzamiryango yashimye gutangurira umwaka mushasha ku muziki, aho muri Studio za BBC i Bujumbura muri kumwe na Rally Joe, Romeo na Vianney. Baganiriye na Cyriaque Muhawenayo.