Ababikira b'i Lima muri Peru bafise umugwi w'umuziki wa rock ukomeye

Insiguro ya video, Ababikira b'i Lima muri Peru bafise umuwi w'umuziki wa rock ukomeye

Ababikira b'i Lima muri Peru bafise umugwi w'umuziki wa rock ukomeye, umaze kuvuza henshi kw'isi