LGBT : Umuganga w’umu LGBT : “Muri Qatar bashaka kutunumya”

Insiguro ya video, LGBT : Umuganga w’umu LGBT : “Muri Qatar bashaka kutunumya”

Muri Qatar, abahuza ibitsina babisangiye -LGBT- baratotejwe. Imwe mu nyishu ni uguhunga. “Vyantumye ntacitaho ubutunzi bwanje, umuryango n’incuti”, Dr Nasser Mohamed, yahungiye California.