Ubuhindi : Abakorera hanze, nk’abubatsi babayeho gute kuri 50°C

Insiguro ya video, Mu myaka 10, India yagize ukwa gatatu gushushe birenze.

Mu myaka 10, India yagize ukwezi kwa gatatu gushushe birenze. Kuva m'ukwa 3, henshi ubushuhe buramaze kurenga 40°C. Hashushe gutya biragoye kutarwara. None babayeho gute?