Mexico : Barahohotera, bakanicisha abagore uburozi 'acide'

Insiguro ya video, ‘Mu 2021, hamenyekanye abo igitsina gore 3 750 bishwe’.

'Mu 2021, hamenyekanye abo igitsina gore 3 750 bishwe'. Mu gihugu ca Mexico, ayo mabi ashika ku kwica, abahinga batinya ko afise imizi ikomeye itibonekeza.