Iyicwa ry’umu nye Congo Kabagambe n’urwanko ku birabure muri Brazil
Iyicwa rya Moïse Kabagambe wo muri RDC, yari yahungiye muri Brazil, ribandanya kuvugwa mw'isi, rigaragaza urwanko rw'abirabure n'ibindi bibi bibakorerwa muri ico gihugu. Leta ya Congo ntaco irashikiriza k'umugaragaro kuri iryo yicwa ryakwiye isi.