Ukraine : Imiryango irabandanya gufuba abayo

Insiguro ya video, Perezida Zelensky yavuze ko hafi 1 300 mu barwanira igihugu cabo bamaze gupfa

Perezida Zelensky yavuze ko hafi 1 300 mu barwanira igihugu cabo bamaze gupfa, inyuma y’ibitero vy’Uburusiya. Amarira ni menshi um bafuba ababo.