Umukuru mfatakibanza wa CNC Laurent Kagimbi avugana na BBC ku ngingo yo kuyirekurira

Insiguro y'amajwi, Umukuru mfatakibanza wa CNC Laurent Kagimbi avugana na BBC ku ngingo yo kuyirekurira

Umviriza umukuru mfatakibanza wa CNC, Laurant Kagimbi, aganira ba Prudent Nsengiyumva ku ngingo yafashwe yo kwemerera BBC gusubira gukorera mu Burundi.