Canada: Abasangwabutaka babwira ishengero rya Gatolika gusaba imbabazi
Iyi ni inkuru y'amahano Abategetsi ba Canada bakoreye abana b'abasangwabutaka, arimwo kubambura imiryango, kubibagiza umuco wabo hamwe no kubica. Vyinshi vyabera mu mashure y'uburaro yari arongowe n'ishengero Gatolika. Bashaka ko risaba ikigongwe.