Mbe abantu boba bagifise umutima wo gufashanya?

Insiguro ya video, Mbe abantu boba bagifise umutima wo gufashanya?

Ubushakashatsi buheruka gukorwa na Kaminuza ya Copenhagen bwerekanye ko abantu mu bisanzwe banyarukira gutabara abandi kurusha uko vyibazwa.

Mu bisanzwe abantu benshi bibaza ko ugize ingorane mw'ibarabara canke mu kindi kibanza kigendwa na benshi, atawugutabara, ariko ngo si uko vyifashe.