War'uzi ko ibisigarira vya 'Titanic' bigitanga insiguro y'iryo sanganya?

Insiguro ya video, Inyuma y'imyaka 100 iryo sanganya ribaye, abashakashatsi baracagenzura

Inyuma y'imyaka 100 iryo sanganya ribaye, abashakashatsi baracagenzura ibisigarira bihamvye mu mazi, kuko bifise insiguro.