Kim Jong-un yatewe iteka atokwishimira

Insiguro ya video, Mu biganiro hagati ya Amerika na Koreya ya ruguru, ivyoba vyavuyemwo biracinyegeje

Mu biganiro hagati ya Amerika na Koreya ya ruguru, ivyoba vyavuyemwo ntibiratomorwa naho bitabonwa kumwe.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado