Ngendera akwije ingona hafi 45 yorora

Insiguro ya video, Umugambi wiwe kwari ukuzikingira abazihonya bazirya, ubu asaba kuronswa ikibanza gikwije

Umugambi wiwe kwari ukuzikingira abazihonya bazirya, ubu asaba kuronswa ikibanza gikwije ivya ngombwa ngo akomeze itunga ry'igihugu.