Imbwa yarareze umwagazi w'intambwe kurusha ibibwana vyayo

Insiguro ya video, Imbwa yarareze umwagazi w'intambwe kurusha ibibwana vyayo

Imbwa yarareze umwagazi w'intambwe kurusha ibibwana vyayo watawe na nyina gushika ku rugero ushobora kuja mu ruhongore n'ibindi bikoko.