Venezuela, abavyeyi basigaye bata abana babo kuko batagifise uko babagaburira

Insiguro ya video, Abavyeyi basagaye bata abana

Inzara iri muri Venezuela iteye ubumaramare mu bavyeyi bata abana babo.