Mwalimu Julien Nimubona avuga icosigura izi ngendo mu Rwanda

Insiguro y'amajwi, Inyuma y'intumwa z'Uburusiya, Perezida w'Ubushinwa yakurikiwe n'umushikiranganji wa mbere

Itegura ry'amanama rutura agiye guhuza indongozi za Afrika mu Bushinwa no mu Buhindi, ni kimwe cosigura izi ngendo z'aba bategetsi mu Rwanda.