Mu mafoto, amarushanwa ya CECAFA y'abagore yatangiye uno munsi mu Rwanda

Mu mafoto, amarushanwa ya CECAFA y'abagore yatangiye uno munsi mu Rwanda aho ibihugu bitanu ari byo bihatanira igikombe: Rwanda, Kenya, Tanzania, Uganda na Ethiopia

Uganda na Kenya mu mukino watangije amarushanwa
Insiguro y'isanamu, Uganda na Kenya mu mukino watangije amarushanwa
Uganda na Kenya mu mukino watangije amarushanwa
Insiguro y'isanamu, Uganda na Kenya mu mukino watangije amarushanwa
Abakinnyi b'ikipe ya Kenya yahuye na Uganda
Insiguro y'isanamu, Abakinnyi b'ikipe ya Kenya yahuye na Uganda
Ikipe ya Uganda igiye mu karuhuko k'igice cya mbere mu mukino wabahuje na Kenya
Insiguro y'isanamu, Ikipe ya Uganda igiye mu karuhuko k'igice cya mbere mu mukino wabahuje na Kenya
Abakinnyi b'ikipe ya Uganda
Insiguro y'isanamu, Abakinnyi b'ikipe ya Uganda
Ikipe y'u Rwanda imbere y'umukino na Tanzania
Insiguro y'isanamu, Ikipe y'u Rwanda imbere y'umukino na Tanzania
Abakinnyi b'ikipe ya Tanzania
Insiguro y'isanamu, Abakinnyi b'ikipe ya Tanzania
Amakipe y'u Rwanda na Tanzania imbere y'umukino ubahuza
Insiguro y'isanamu, Amakipe y'u Rwanda na Tanzania imbere y'umukino ubahuza
Abafana baje kureba umupira
Insiguro y'isanamu, Amarushanwa ya CECAFA 2018 y'abagore yatangiye uno munsi i Kigali mu Rwanda