Abanyarwanda ntibahuza ku kungene jenoside yabaye mu Rwanda yokwitwa

Insiguro y'amajwi, Abanyarwanda ntibahuza ku kungene jenoside yabaye mu Rwanda yokwitwa

Abanyarwanda ntibahuza ku zina rishigwa kuri jenoside yabaye mu Rwanda bamwe bakayita iy'abatutsi abandi nabo iy'abahutu n'abatutsi n'ayandi mazina. Ivyo vyoba bituruka kuki? Inyishu ni muri kino kiganiro.