Ikiganiro ku mpari zavyutse muri Congo kubera amatora

Insiguro y'amajwi, Ikiganiro ku mpari zavyutse muri Congo kubera imyiteguro y'amatora

Abatavuga rumwe na leta bifuza ko hamenyeshwa ikirangaminsi c'amatora, kuko hasigaye igihe gito ngo perezida Joseph Kabila arangize ikiringo ciwe kigira kabiri ku butegetsi.