http://www.bbcgreatlakes.com

04 Ukwa gatatu, 2009 - 16:46 GMT

Igisata kimwe indimi zibiri

Gahuzamiryango n’ imwe mu bisata vya BBC bifise ico vyisangije, kuko kimwe cose mu bindi bisata vyose uko ari 43, gifise ururimi rumwe rudende gikoresha, ariko muri Gahuzamiryango dukoresha ikirundi n’ ikinyarwanda.

Kwirikira insiguro ya Ally Yussuf Mugenzi